Kayanza : Umuntu umwe yapfuye aguweko n’umusozi, bane barakomereka

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 26 Gitugutu 2017 saa 09:49
10935
0 0

Umuntu umwe yitavye Imana, abandi bagera kuri bane barakomereka. Bose uko ari batanu baguweko n’umusozi.

NSENGIYUMVA Bienvenu w’imyaka 25 wo ku musozi Kibuba, komine Kabarore intara ya Kayanza niwe yapfuye aguweko n’umusozi mu gihe yariko acukura ubutare bwo mu bwoko bwa "Colta".

Abandi bantu bane nabo bari kumwe n’uwo yitavye Imana bakomeretse, bakaba bariko bavurirwa ku bitaro vya Kayanza.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha