Kinama : Abantu 5 bakomerekejwe na Gerenade

Yanditswe na Vianney BIKORIMAMA
Kuya 4 Ndamukiza 2018 saa 09:15
10725
0 0

Abantu 5 nibo bakomerekejwe n’igisasu ntezwantoki catewe ku bunywero bita "Ku Nkende" muri karitiye ya Carama, zone ya Kinama, igihe c’isaha imwe y’ijoro n’iminota 40.

Amakuru atangwa n’igiporisi avuga ko ico gisasu ntezwantoki (Grenade) catewe n’umugizi wa nabi ataramenyekana.

Muri batanu bakomeretse, batatu bari mu modoka bita PROBOX yariko ijabuka ibarabara.

Igiporisi c’Uburundi kimenyesha ko amatohoza yatanguye.


Kumenyekanisha

1
aline 4-04-2018 à 17:52

ni faburise wayinaze mugabo mwaciye mu mwihoza kandi nyene twamurabaga

2
nyirumugisha 4-04-2018 à 17:46

ivyi iburundi ninkivyo kwa ntamavyariro mwene vyakweli bari batuye imuramvya 1943

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha