Kiriri : Igiporisi casatse imwe mu mihana

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 19 Ruheshi 2017 saa 03:14
Yasomwe : 15570
0 0

Abaporisi basatse mu gatondo ko kuri uwu wa mbere muri imwe mu mihana yo muri karitiye ya Kiriri mu gisagara ca Bujumbura. Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, Petero NKURIKIYE amenyesha ko atacafatiwe muri iryo sakwa, akavuga ko abajejwe umutekano bariko barondera abakwije ibisabwa n’amategeko.

Umutekano warahungabanye kandi mu ntara ya Cibitoke, ahatewe mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana gerenade muri komine Murwi. Iyo gerenade yakomerekeje umugore yari mu bunywero yatewemwo.


Kumenyekanisha

1
Bosco Nshima 19-06-2017 à 20:06

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha