Kirundo: Abantu 16 birukanywe mu Rwanda

Yanditswe na Vianney BIKORIMANA
Kuya 5 July 2018 saa 09:34
22575
0 0

Abarundi 16 nibo birukanywe bavuye mu gihugu c’Urwanda kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 4 Mukakaro uyu mwaka wa 2018, bakaba binjiye mu Burundi baciye ahitwa mu Gasenyi muri komine Busoni mu ntara ya Kirundo.

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako abo birukanywe ari abagabo 2 bo muri komine ya Kirundo.

Abandi bantu 9 bagizwe n’abagabo 8 n’umugore 1 nabo muri komine Busoni ,umugabo wo muri komine Bugabira,umugabo wo muri komine Vumbi hamwe n’abagabo 3 bo mu ntara ya Muyinga.


Kumenyekanisha

1
ciza 10-07-2018 à 14:12

None kubera iki abahungutse ari ngombwa babicarike hasi? Ako gateka kazina muntu......Huuum!

2
Twaje 5-07-2018 à 16:18

Ngobarikobarazira kubwirwa kujamubojugirira nabi Uburundi bakavugango ntimudushire murivyo ngotwavuye Burundi kuneza, bongera bababwira ngobaje munkambi ngwigitigiri cimpunzi congerekane bararahira ngotwebwe ntitwaje nkimpunzi, nibindivyishi babwirwa bidaha agateka kiremwamuntu.

3
KARIRE FIONA 5-07-2018 à 14:50

Nibahashe izo ntumva!!! Bagiyeyo gukora iki?

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha