Kirundo: Batanu bakomerekejwe na grenade

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 14 Mukakaro 2017 saa 01:32
Yasomwe : 10863
0 0

Abantu batanu harimwo abana babiri nibo bakomerekeye mu gitero ca Grenade cabereye ku mutumba Ruhehe, Komine Bugabira y’intara ya Kirundo mw’ijoro ryo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 Mukakaro 2017.

Amakuru ava mu bajejwe intwaro kuri uwo mutumba,amenyesha ko icoo gitero cakozwe ku rugo rw’umugabo azwi kw’izina rya Francois BITARIHO, nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro.

Mu giporisi baremeza ayo makuru, bakamenyesha ko abantu batanu bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha