IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Kirundo –Munzenze :Umuntu umwe yapfuye inyuma y’igitero ca gerenade

Kirundo –Munzenze :Umuntu umwe yapfuye inyuma y’igitero ca gerenade

Tuesday 14 August 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako uyo Ndagijimana w’imyaka 55 yapfiriye kw’ivuriro ryahitwa Kigozi aho yariko avurirwa.

Ayo makuru avuga ko igiporisi cafashe uwitwa Leopold BASHIRAHISHIZE w’imyaka 29 yagavye ico gitero.

Bivugwako imvo z’ubwo bwicanyi ari izijanye n’uburozi kandi hari haheze ikiringo c’umwaka urwo rugo rutewe igitero nk’ico.


Vianney BIKORIMANA

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.