Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kirundo: Umusore w’imyaka 26 yishwe acumiswe imbugita - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kirundo: Umusore w’imyaka 26 yishwe acumiswe imbugita

Kirundo: Umusore w’imyaka 26 yishwe acumiswe imbugita

samedi 23 Nyakanga 2017

Amakuvu ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko ubwo bwicanyi bwahitanye uwo musore w’imyaka 26 y’amavuko bwabereye ku mutumba Rwibikana, muri komine Busoni, mu ntara ya Kirundo.

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi Pierre NKURIKIYE aremeza ayo amakuru, akamenyesha ko abantu bane bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.