Kirundo : Umusore yishe mukuru wiwe amutemye n’umupanga

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 30 Nyakanga 2017 saa 12:03
Yasomwe : 9702
0 0

NIZIGIYIMANA Jean Marie w’imyaka 25 yahora aba ku musozi Mihigo, komine Ntega, intra aya Kirundo yishwe atemeguwe n’umupanga na mutoyi wiwe NYABENDA Joël w’imyaka 23.

Mu giporisi mu ntara ya Kirundo bamenyesha ko bataramenya icatumye uwo musore yica mwenewabo, amatohoza akaba yatanguye.

Uwo yagandaguye uwo bavukana akaba yafashwe n’igiporisi canyarikiye ahabereye ubwo bwicanyi.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha