Kirundo-Vumbi: Abantu 8 bapfuye,2 barakomereka mw’isanganya ry’imodoka

Yanditswe na IGIHE
Kuya 23 August 2018 saa 05:32
32370
0 0

Abantu 8 nibo bafyuye abandi 2 nabo barakomereka inyuma yaho imodoka igonze abantu bari mw’ibarabara imaze guta inzira muri komine Vumbi mu ntara ya Kirundo.

Amakuru amenyeshwako imodoka yacitse amafire ica yirara mu bantu bari mw’ibarabara.

Abajejwe intwaro muriyo komine basaba ko bofashwa kugira murico gice hashirweho akadunduri bita “Idodane” kugira abagendesha imiduga baca muriyo nzira baze baragabanya umuvuduko kuko aho hantu hama hibonekeje amasanganya nkayo.


Kumenyekanisha

1
bbbb 30-08-2018 à 17:06

Imana ibkire

2
ADOLPHE KIZA 26-08-2018 à 23:10

NAJUWA MUNGU ALITU UMBA NA AKAUMBAKIFO NAWATAKIYA MAPUMUZIKO MEMA PEPONI NAWARE WALIKOSA WATU AWA POL SANA

3
ADOLPHE KIZA 26-08-2018 à 23:03

Andika hano KAHORORO

4
SINDAYIGAYA 25-08-2018 à 13:08

NTA kundi abapfuye imana irabakira niko bimeze abakomeretse nabo nibavurwe ntakundivyogenda umusi wageze nindege irasha irimukirere? ok.

5
niyukuri jeans marie 24-08-2018 à 08:19

pole sana bene wacu ntakundi nimwihangane ivyo vyama vyabaye komeza kwihangana

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha