IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Mairie: Amazu adandarizwamwo hafi y’ishure Stella Matutina yasambuwe

Mairie: Amazu adandarizwamwo hafi y’ishure Stella Matutina yasambuwe

Friday 17 August 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako ayo mazu y’ubudandarizo yari yubatswe hadakwirikijwe amategeko kandi abo vyega bari bamaze kugabishwa incuro nyinshi kugira bahagarike izo nyubako ariko ntibavyumviye.

Pierre NKURIKIYE avuga ko ico gikorwa cakozwe n’abajejwe intwaro mu gisagara ca Bujumbura bafatanije n’igiporisi kandi igikorwa carangiye atakintu na kimwe cononekaye.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.