IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Maj Niyonkuru Elie aridegemvya inyuma y’ijoro yaraye mw’igendereza

Maj Niyonkuru Elie aridegemvya inyuma y’ijoro yaraye mw’igendereza

vendredi 13 Nzero 2017

Major Niyonkuru Elie aridegemvya kuva mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 13 Nzero 2017,inyuma y’ijoro yaraye mu biro bikuru vy’igendereza yagirizwa guhungabanya umutekano mu gihugu.

Major Elie Niyonkuru yari yafashwe kuri uno wa kane igenekerezo rya 12 Nzero 2017 ,mu Kanyosha ,Komine Muha ,mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo yagirizwa yarabikanye avuga ko yahora mu gihugu ca Somaliya mu bikorwa vyo kugarukana amahoro.

Amakuru ava mu muryango wa Major Elie NIYONKURU amenyesha kpo yari yavuye mu gihugu ca Somaliya aje kugandarira,umuvyeyi wiwe na mushikiwe baheruka kwitaba Imana,kw’igenekerezo rya 8 Nzero 2017.


IGIHE

Messages

  • Sha tivyambabaza Kuko mwahemukiye igihungu na benegihungu kubona itwazagabo za batutsi muhonyana na bavyeyi ni miryango incuti nabavandimwe imbonerakura zica uwo zishaka ugimba kubaha izo Mpunzu ni nkoho taco mu maze

  • Sha tivyambabaza Kuko mwahemukiye igihungu na benegihungu kubona itwazagabo za batutsi muhonyana na bavyeyi ni miryango incuti nabavandimwe imbonerakura zica uwo zishaka ugimba kubaha izo Mpunzu ni nkoho taco mu maze

  • Intwazangabo nkiyo iraja muri somalie ntibayimenye? uko nukwigenza k,umuntu gusa!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.