Accueil > Amakuru > umutekano > Makamba : Umugabo yafatanwe inkoho hamwe n’amenyo 18 y’inzovu
Makamba : Umugabo yafatanwe inkoho hamwe n’amenyo 18 y’inzovu
mardi 28 Munyonyo 2017, par
Mu giporisi bamenyesha ko uwafatanwe ivyo bintu yoba ari mu bakora urudandazwa rwa magendu mu gihugu ca Tanzaniya.

Bavugimana Tharcisse yagirizwa ivyo vyaha ari mu minwe y’igiporisi, bikaba bitegekanijwe ko ashikirizwa ubutungane, mu rubanza rw’ikibiriraho.


Egide NDUWIMANA
Messages
31 Mukakaro 2018, 03:55, par Omary
Abantu nkabo Nibo batuma abantu barara batahuniye.kweli uwo nukumutsira igihono gikwiye .Nejo nabandi ntibakore amabi nkayo .Yemwe yemwe nimb ufita ikigwaso munzu tanga hakiri kare.dukae kwa amani na upendo kama tanzania.muda wowote kuna amani.