Makebuko : Umugabo yatowe ikiziga mu nzi yiwe

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 10 Ndamukiza 2018 saa 08:42
13500
0 0

Ikiziga c’umugabo catowe kimanitse mu nzu yiwe ku musozi Karoba, komine Makebuko, intara ya Gitega. Nk’uko vyemezwa n’abajejwe intwaro muri iyo komine, co kiziga ni ic’umugabo azwi kw’izina rya NYARWENDA Athanase.

Mu giporisi mu ntara ya Gitega bamenyesha ko biboneka ko uwo mugabo yiyishe yiyahuye akoresheje umugozi.

Abajejwe intwaro muri komine Makebuko nabo bashikiriza ko icatumye uwo mugabi yiyahura kitaramenyekana.


Kumenyekanisha

1
Nyandwi 12-04-2018 à 10:06

Nyenicubahiro Gumakwivora Abobasesankuyoze Turabans

2
SILAS 10-04-2018 à 16:26

Kwiyahura, MBenone,aziyaroye? Hiyahura,uwarozwe, Nikwabarundi, Tuvuga

3
Nsabumukiza Paul 10-04-2018 à 14:58

imana imwakire

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha