IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Matana : Umuntu umwe yapfuye arashwe n’umuporisi

Matana : Umuntu umwe yapfuye arashwe n’umuporisi

lundi 25 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi bavuga ko uwo mugabo batazira Bugemeri yariko ashwana n’uwitwa Nadine SABIMBONA, umuporisi aje gutabara uwo mugabo aca ashaka kumwaka inkoho.

Nk’uko vyemezwa n’igiporisi, uwo yagira yakwe inkoho yarirwaniye arasa amasasu yahitanye uwo mugabo, yongera akomeretsa uwo mugore.

Uwo yakomeretse yaciye ajanwa kwa muganga, mu giporisi bakamenyesha ko amatohoza yatanguye.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.