IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muramvya : Amasasu atari make yumvikanye

Muramvya : Amasasu atari make yumvikanye

jeudi 20 Gitugutu 2016, par Egide NDUWIMANA

Amasasu yarumvikanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu ushira uwa kane, mu ntara ya Muramvya. Yari umunyororo atorotse ibohero.

Abaporisi bari bamucunze nibo barashe ayo masasu mu gihe uwo munyororo yari atorotse, kugira bamuhagarike.

Uwo munyororo yarasize abo baporisi, ariko mu nyuma akaba yahavuye afatwa, bamusanze aho yinyegeje.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.