Home > Amakuru > umutekano > Muramvya: Igiporisi c’Uburundi caturiye ibiyayuramutwe vyafashwe uyu (...)
Muramvya: Igiporisi c’Uburundi caturiye ibiyayuramutwe vyafashwe uyu mwaka
Friday 6 July 2018, by
Itoni zibiri z’ibiyayuramutwe zaturiwe zigizwe n’ibiro 2558 vy’urumogi vy’ubwoko bwa canabis, udutu 3540 twa canabis, ibiro 100 vy’imiti yataye igihe, ibiro 7,7 vya cocaïne, ibiro 2 vya amphétamine, ibiro 19 vya héroïnes hamwe n’ibiro 12 vy’urumogi bita kas.
Ico gikorwa co guturira ivyo biyayuramutwe vyafashwe cari citabwe n’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston SINDIMWO.



IGIHE
Forum posts
7 July 2018, 17:32, by Khaji Rurindikije
Mbaje Kubaha Amahoro Y’IMANA"abane Namwe Kubakisto Hamwenabandi Bayandi Madini Kuri Islam "ASLAM ALAYKUM WARAHMATULIH WABARAKATUH Twebwe Nkaba" Islam Turiyamiriza Ibiyayura Mutwe Ni Khalam Bisabwa Mubituze Mpaka Bivuye Mugihugu Cacu Camata N’ubuki Sawa Ndabaseye Ndabipfuriza Umugoroba Mwiza Poa.