Muramvya : Ikiziga c’umugabo catowe aho yakora akazi k’izamu

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 14 novembre 2017 saa 11:57
Yasomwe : 6750
0 0

Ikiziga c’umugabo azwi kw’izina rya Buringo ava k’umutumba Birimba, komine n’intara ya Muramvya catowe mu nzu iriko irubakwa aho yari asazwe akora akazi k’izamu, muri quartier Rwasazi ,iri ku murwa mukuru w’intara ya Muramvya.

Amakuru ava aho i Muramvya amenyesha ko ikiziga ca Buringo asanzwe ava mu bwoko bw’abatwa catowe mu gatondo ko kur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Munyonyo 2017 camaze kwononekara.

Mu bajejwe intwaro muri komine ya Muramvya bamenyesha ko icatumye Buringo yitaba Imana kitaramenyekana.

Ikiziga ca Buringo caciye gitorwa n’abakozi b’ishirahamwe ritabara imbabare Croix Rouge.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha