IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muramvya : Inkoho zibiri na gerenade zitatu zafashwe

Muramvya : Inkoho zibiri na gerenade zitatu zafashwe

mercredi 17 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko bishikirizwa na Petero NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, ivyo birwanisho vyafatiwe ku rugo rw’uwitwa NZOHABONIMANA asanzwe aba mu ntara ya Gitega.

Mu giporisi bavuga kandi ko ivyo birwanisho ari ivyakoreshwa n’umurwi w’abasuma bibisha inkoho mu ntara za Gitega, Muramvya na Mwaro.

Abantu bane b’ahafatiwe izo nkoho na gerenade bari mu gasho k’igiporisi i Gitega, ku mvo z’amatohoza.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.