IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muramvya : Umutama w’imyaka irenga 60 yapfuye yiyahuye

Muramvya : Umutama w’imyaka irenga 60 yapfuye yiyahuye

mercredi 7 mars 2018

Amakuru dukesha icegera ca mbere c’umukuru w’umutumba Kanegwa, BARARUFISE Moise ,amenyesha ko, batazi icatumye yiyahura, kuko NTIRAMPEBA Michel yari abanye neza n’ababanyi.

Ku rundi ruhande, amakuru ava mu banyagihugu, amenyesha ko uwo mutama yoba yiyahuye kubera umubano utari ushemeye hagati yiwe n’umugore wiwe wa kabiri, ari nawe babana.

Hari ukutumvikana hagati ya NTIRAMPEBA Michel n’umugore wiwe wa mbere, kuko umugore wa mbere amaze kumwitwarira, sentare yaciye imwegurira urugo.


Oscar NDAYISHIMIYE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.