Muramvya : Umuhungu yishe se wiwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 2 août 2017 saa 01:07
Yasomwe : 10143
0 0

Umutama azwi kw’izina rya Antère NGENDAKUMANA yishwe acumiswe n’umuhungu wiwe, mu ntara ya Muramvya.

Abajejwe intwaro muri komine ubwo bwicanyi bwabereyemwo bamenyesha ko uwo muhungu na se bari basanzwe bafitaniye amatati y’amatongo.


Kumenyekanisha

1
HARINDINTWARI 8-08-2017 à 11:29

YOO,NUKURI,YAHEMUTSE,ARIKO,IKINTANGAJE,NUKO,AYOMATONGO,YAMUHOYE,NAWE,ATAZOYABAMWO,NTAGIRENGO,YARYIMAZE,AHUBWO,YARYITEYE,NUMUVUMO,KUMANA

2
J M V 3-08-2017 à 12:23

umuvumo Kumana Uzomukurikirane Yamenje Kwica Umuvyeyi.

3
Amisi juma 2-08-2017 à 15:38

Birababaje.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha