IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga: Abakozi bo mu nzu badafise amakarata y’akazi bahagaritswe n’abajejwe (...)

Musaga: Abakozi bo mu nzu badafise amakarata y’akazi bahagaritswe n’abajejwe umutekano

mercredi 8 Ruhuhuma 2017

Abasirikare bari kumwe n’abapolisi bazindukiye muri Quartier ya Kinanira 2 ,iri muri Zone Musaga ,Komine Muha y’igisagara ca Bujumbura kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 8 Ruhuhuma,umwaka wa 2017.

Amakuru ava aho ku Musaga amenyesha ko abo basirikare n’abapolisi bazindutse mu gikorwa co kugenzura ababa muri iyo Quartier kugira barabe ko bafise ibibaranga.

Ayo makuru nyene amenyesha ko hari abantu bafashwe muri ico gikorwa,abenshi muri abo bakaba ari abakozi bo mu nzu bafashwe badafise amakarata y’akazi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.