Musaga : Amatohoza yatanguye ku kiziga c’umuntu catowe kiboshe amaboko

Yanditswe na IGIHE
Kuya 9 Nzero 2017 saa 08:26
Yasomwe : 23148
0 0

Ikiziga c’umuntu bivugwa ko yahora aba ku Musaga catowe mu gatondo ko kuri uwu w’Imana muri iyo zone nyene iri mu gisagara ca Bujumbura, kikaba catowe kw’ibarabara rya mbere.
Ico kiziga catowe kiboshe amaboko, abakibonye bakavuga ko cari mu nzu iri aho kw’ibarabara rya mbere, igira ikwize umwaka atawuyibamwo.
Mu giporisi muri zone ya Musaga nta vyinshi bashatse kuvuga kuri uwo muntu yatowe yishwe, ariko abajejwe intwaro bakaba bamenyesheje ko amatohoza (...)

Ikiziga c’umuntu bivugwa ko yahora aba ku Musaga catowe mu gatondo ko kuri uwu w’Imana muri iyo zone nyene iri mu gisagara ca Bujumbura, kikaba catowe kw’ibarabara rya mbere.

Ico kiziga catowe kiboshe amaboko, abakibonye bakavuga ko cari mu nzu iri aho kw’ibarabara rya mbere, igira ikwize umwaka atawuyibamwo.

Mu giporisi muri zone ya Musaga nta vyinshi bashatse kuvuga kuri uwo muntu yatowe yishwe, ariko abajejwe intwaro bakaba bamenyesheje ko amatohoza yatanguye.


Kumenyekanisha

1
kroroc 5-03-2017 à 11:47

ibakoze iryobara nibakurikiranwe

2
marteau 12-01-2017 à 19:09

Birababaje gus kandi usenya urwe bamutiza umuhoro.
Ntkmuzi kwica.

3
mario obinho 10-01-2017 à 14:16

mana yanje kuki mu Burundi dusigay tumez ukwu nukuri imana idufashe ntituryane nk’ibikoko arko amatohoza ntakorwe vrmt

4
Nzeyimana John 10-01-2017 à 06:22

Ngobatanguye gutohoza nibagende hariya<<< ntavyobatoza ngaho kuvakera bamye bavuga amtohoza amatohoza! none abotohoje kwaribo bica abanyagihugu!? nugusiginkore abantu kumaso.

5
sindayigaya 9-01-2017 à 21:01

imana imwakire ariko abobantu bakomesa ubwobwicanyi muburundi bagafatwa nabo muzobakoarereho nabo buve kuntu bibabaza? muzobamukoze ambombambe shera peter nkurunziza ngoniwe abitera kugirababice nibiririre bareke kuririra ighugucu burundi inana irakibona kandi yakuduhaye ikuducugire twarapfunywe ntitwapfuye,murakoze

6
Kenge 9-01-2017 à 16:12

Uyu Musaga ni umurwayi. Hari igihe atuka Nkurunziza ubundi ukumva amusingiza...Uyu mu type ameze nkumwe wiyitaga TARI cyangwa FALCON(petit sundumuja mujeri)

7
RIYAZIMANA OSCAR 9-01-2017 à 16:07

AMATOHOZA YIKI? AGAPFUY KABAZW IVU KUKO UWO YISHWE NTARUSH AKARANGA BASOKURU BISHWE

8
Musaga 9-01-2017 à 12:39

Uwo yishwe nabene bacu bitwa Sindumuja(Boko Haramu Burundais). Kuko nibo bafite amaraso mubiganza.

9
Musaga 9-01-2017 à 10:53

Ngo Amatohoza?y’iki? uwica abantu mu Burundi ko azwi ko ari Peter Nkurunziza n’akarwi kiwe

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha