Musaga: Ibikoresho vya gisirikare vyafatiwe mu gikorwa co gusaka

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 6 Gitugutu 2017 saa 05:04
Yasomwe : 18648
0 0

Ibikoresho vya gisirikare bitandukanye nivyo vyafashwe n’igiporisi mu gikorwa co gusaka cabaye mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 6 Gitugutu 2017,muri quartier ya Kinanira 3 ,muri zone Musaga,komine Muha mu gisagara ca Bujumbura.

Ivyo vyafashwe n’igiporisi bigizwe n’impuzu za gisirikare,imisipi ya gisirikare ,impuzu zirinda imvura za gisirikare,umupira w’imbeho hamwe n’inkofer za gisirikare.

Amakuru dukesha umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi Pierre NKURIKIYE, ivyo vyafashwe vyose vyafatiwe mu mihana y’abakukuruke mu gisirikare c’Uburundi.


Kumenyekanisha

1
jean marc burundi 11-10-2017 à 07:41

reka,reka reka....
ubwo abo nabo mushaka gucisha kubohomba.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha