Mutanga : Abantu batatu bakomeretse bikomeye mw’isanganya ry’imodoka

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 21 Mukakaro 2017 saa 11:41
Yasomwe : 17946
0 0

Abantu batatu nibo bakomeretse cane mw’isanganya ry’imodoka ryabereye kw’ibarabara ryitiriwe uwa 28 munyonyo mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 21mukakaro 2017, hafi y’ikigo ca kaminuza y’Uburundi kiri ku Mutanga Sud.

Umuvugizi w’igiporisi Pierre NKURIKIYE amenyesha ko iryo sanganya ryabaye nk’igihe c’isaha icumi na zibiri n’iminota 16, abantu batatu baca barakomereka bikomeye.

Gushika ubu icatumye haba iryo sanganya ntikiramenyekana.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha