IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mutimbuzi : Abantu indwi bafatiwe mu nzu imwe

Mutimbuzi : Abantu indwi bafatiwe mu nzu imwe

lundi 12 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Abantu bagera ku ndwi nibo bafashwe ku mugoroba wo kuri uwu w’Imana, muri zone Maramvya, ku Mutimbuzi. Abo bafashwe bagirijwe ko bari mu nama itazwi n’abajejwe intwaro, kandi itasabiwe uruhusha.

Mu giporisi mu Maramvya bamenyesha ko abo bantu babaye barapfungirwa mu gasho ka zone Maramvya, ariko bagashobora kwungururizwa mu gasho k’igendereza.


IGIHE

Messages

  • Retaya Nkurunzizaniyakaremganyo Gupfungirabantubusa Nivyobiyirangwa Yarikwiy Kumenyako Atagihumgu Kibamwumugambw Umwe Bakumvikana Nabany Poritik Barihanz Kuko abarundi Turarushe Nibihanondufatigwanamakungu Yarawewubwi Naretayiw Ntacobimubwi Kuw W Yaramaz Kuy Geranya. Ukobadufatiribihano Naw Niko Aduzibiro Biye Muri obeyere Abanyagihugu Ntakindi Dushigaj Atari Guhungatwes.

  • Nibasenge ,imana,bazorekurwa

  • Nibasenge ,imana,bazorekurwa

  • Nibarabe,, Kwarabanyagwanda Hanyuma Ko Muburundi Hariho Comanda Pierri Nkurunziza Atore Comanda 10 Arungike Gutera Irya Muhirimbiri Ya Mamavyi Ngo Ni Kagame Umuntu Angana Nurwatsi Ngo Yitenga Umugabo Wimisuri Umusi Nagiye Mugi Sirikare Nobanza Kwitenga Urwanda Ndumwe Abashinwa Bigisha Vyahatari Muburundi

  • Kagame Aratobanye Kabisa .Turakwiye Kwicara Tukiga Ikibazoc Uwo Mugesera.

  • hhhh ngo nkurunziza nafate aba commando 10 batere u Rwanda ??? Ubwo wowe wanditse utyo ufite mu mutwe hazima!!!? Utagera ntanagereranya !!! Ahubwo niba ari abazimu bakurimo bacyahe bakuvemo , niba atari abazimu waba ugiye gusara !!!! Kuko niba ukigereranya imbaraga z’ uburundi k’u Rwanda waba waravangiwe niba ushaka kumenya amakuru neza uzabibaze Congo , Angola, Zimbabwe, Namibia , Chad , Sudani , abo nibo bakubwira icyo bagaburiwe n’umunyarwanda muri Congo,,,, Urwanda ruratera ntiruterwa kirazira ,,,,, uko mujyinga kweli

  • Felicitation nkurunziza kwikiza abanzi courage KBS!

  • Nimwe muri abagesera hamwe niyo nterahamwe yanyu ngo ni Nkurunziza kand
    nkurumbi,iminsi ye ibarirwa kurutoki.siku ya mwizi ni albaine.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.