IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muyinga: Abana babiri bapfuye bahitanywe na Gerenade

Muyinga: Abana babiri bapfuye bahitanywe na Gerenade

lundi 7 Myandagaro 2017

Amakuru ava aho mu ntara ya Muyinga amenyesha ko atari irya mbere mu muryango wabo bana baterwa n’abagizi ba nabi, kuko haheze umwaka umwe gusa habaye ikindi gitero, abagikoze bakagenda bishe inka.

Amakuru ava mu bajejwe umutekano muri zone Munagano bamenyesha ko abateye gerenade batarafatwa , ariko ko amatohoza yatanguye kugira bamenye ababikoze.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.