IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mwaro : Abantu bane bakomerekejwe na Gerenade yatewe

Mwaro : Abantu bane bakomerekejwe na Gerenade yatewe

samedi 23 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Iyo Gerenade yatewe ku nzu y’ubudandaji (Boutique) y’umugabo azwi kw’izina rya Sindihebura Serges, nawe nyene akaba ari mu bakomeretse.

Abandi bakomerekejwe n’ico gisasu ni Habonimana Jean Claude yakomeretse ku kuguru, Ntahonkuriye David nawe yakomeretse ku kuguru, hamwe na Bakundumuhari Ferdinand.

Mu giporisi bamenyesha ko amatohoza yatanguye, abakomeretse nabo bakaba bariko bavurirwa kw’ivuriro rya komine Rusaka.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.