Accueil > Amakuru > umutekano > Mwaro : Abanyeshure batandatu bakomerekejwe n’amabati y’ishure (...)
Mwaro : Abanyeshure batandatu bakomerekejwe n’amabati y’ishure ryagurutse
mardi 12 Nyakanga 2017
Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko babiri muri abo banyeshuri batandatu bakomeretse cane.
Ayo mashuri agurutse inyuma y’iminsi ibiri gusa umwaka w’ishuri 2017 ushira uwa 2018 utanguye.


MUGISHA Van Naris
Messages
13 Nyakanga 2017, 08:43, par ruberintwari anaclet
ivyo bibondo bizize inyubako mbi. akampinga yanje