IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mwaro : Abapfungwa 6 batorotse, imirima irononekara kubera imvura (...)

Mwaro : Abapfungwa 6 batorotse, imirima irononekara kubera imvura nyinshi

mardi 19 Nyakanga 2017

Amakuru ava mu giporisi amenyesha ko bamaze gutangurac igikorwa co kurondera abo batorotse, ariko abaporisi bari bacunze abo bapfungwa bakaba bamaze guhagarikwa ku mvo z’amatohoza kugira barabe ko batoba babifisemwo uruhara.

Aho nyene mu ntara ya Mwaro, muri Komine Rusaka,iyo mvura yarasambuye amazu indwi yongera yonona imirima yo mu mwonga ku mitumba Kiyege, Shana na Rusaka kubera urubura.

Mu giporisi c’Uburundi bakemeza ko uretse ivyo vyabaye kubera imvura nyinshi yaguye, muri rusangi umutekano wifashe neza.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.