Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mwaro : Umugabo yapfuye yiyahuje umugozi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mwaro : Umugabo yapfuye yiyahuje umugozi

Mwaro : Umugabo yapfuye yiyahuje umugozi

vendredi 1er décembre 2017

Amakuru ava ku mutumba Muramba, wa Komine Ndava, intara ya Mwaro, amenyesha ko Remy MINANI yari yagorobeje akomeye, ariko ashitse muhira aca ariyahura yimanitse ku mugozi.

Mu bajejwe intwaro muri Komine Ndava bamenyesha ko bataramenya icatumye MINANI Remy yitahura, ariko ko amatohoza yamaze gutangura kugira bamenye imvo y’urwo rupfu.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.