IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mwaro : Umwe mu banyeshure bakubiswe n’inkuba yitavye Imana

Mwaro : Umwe mu banyeshure bakubiswe n’inkuba yitavye Imana

mardi 10 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo banyeshure bo kw’ishure rikuru ryisumbuye rya Mpanuka bakubiswe n’inkuba mu mvura yaguye kuri uwu wa mbere, aho akaba ari mu gihe ata minsi myinshi yari iheze, kw’igenekerezo rya 12 Nyakanga 2017, haheze iminsi mikeya gusa umwaka w’ishuri wa 2017 -2018 utanguye, kuri iryo shuri abanyeshuri batandatu bakomerekejwe n’amabati igihe ishuri ryaguruka kubera imvura ivanze n’umuyaga yaguye kuri uwo munsi.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.