IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Navy Kenzo n’umurwi wiwe banse kunwa amazi ariko ibiranga ihinguriro (...)

Navy Kenzo n’umurwi wiwe banse kunwa amazi ariko ibiranga ihinguriro Kinju.

samedi 2 Nyakanga 2017

Navy Kenzo n’umurwi wiwe bavuze ko ivyo babikoze kugira berekane ko mu gihe amashirahamwe atagomba gushigikira abaririmvyi ko ataribo boca bakora ibikrwa vyo kuyamenyekanisha, akandi aribo basanzwe bafise n’uburyo bwinshi.

Navy Kenzo n’umurwi wiwe bashitse i Bujumbura mu gatondo ko kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 2 Nyakanga 2017, mu ntumbero y’igiteramo gitegekanijwe kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 3 Nyakanga 2017 kuri Lacoste Beach , ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika.

Bitegekanijwe ko abaririmvyi Lolilo na Fariouz hamwe n’umurwi Peace And Love bazokwitaba ico giteramo kizotangura igihe c’isaha icenda z’umuhingamo.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • ntawoba Twenga Kuko Nabo Bashaka Ko Umuziki Ndundi Utera Imbere Kandi Namazi Kinju Atere Imbere Abantu Ni Magiriranire Tubiri Tuvurana Ubupfu Murakoze

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.