Ngagara : Uwunguruza abantu akoresheje ipikipiki yishwe arashwe

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 13 juillet 2017 saa 08:47
Yasomwe : 8667
0 0

Nizigiyimana Renovat asanzwe akora akazi k’ukwunguruza abantu akoresheje ipikipiki yishwe ku muhingamo wo kuri uwu wa gatatu muri zone ya Ngagara muri karitiye ya cumi.

Mu giporisi c’Uburundi bavuga ko uwo Nizigiyimana Renovat yarashwe n’umwe mu bantu babiri yariko yunguruza kw’ipikipiki akoresha, iyo nayo ikaba yaciye yibwa n’abo bantu.

Uwagandaguye uwo akora akazi ko kwunguruza abantu akoresheje ipikipiki ntarafatwa.


Kumenyekanisha

1
Nduwayo Methode 17-07-2017 à 23:18

birateye Isoni Mu BurundiPe ? Abo Bantu Bakimezuko Ntibohinduka Ha ?

2
Mpawenayo Asman 13-07-2017 à 23:10

none Ntanumwe Yoba Yashoboye Kubona Abo Bicanyi Bagiheza Kumugandagura ?

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha