Ngozi: Umuporisikazi yishwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 29 December 2017 saa 09:32
Yasomwe : 29331
0 0

Mu ntara ya Ngozi, i komine ya Mparamirundi, umuporisi kazi azwi kw’izina Godasiene yaraye yishwe.Mu makuru dukura mu giporisi, Godasiene yishwe n’umukozi wiwe amucumise imbugita.Imvo z’ubwo bwicanyi zikaba zitaramenyekana


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha