Rumonge: Umuntu umwe yakomerekejwe n’igisasu ntezwantoke

Yanditswe na IGIHE
Kuya 11 July 2018 saa 01:55
22875
0 0

Umuntu umwe niwe yakomeretse inyuma yaho hatewe mw’ibarabara ibibasu ntezwantoke bibiri muri karitiye ya Nkayamba mu gisagara ca Rumonge mw’ijoro ryo kuruyu wa kabiri buca ari ku wa gatatu.

Amakuru amenyeshako kimwe murivyo bisasu kitaturitse abajejwe umutekano baciye bagituritsa mu gatondo k’uno musi.

Ayo makuru avuga ko amatohoza aza yatanguye kugira hamenyekana icatumye ivyo bisasu biterwa.


Kumenyekanisha

1
Isaac Comedi 16-07-2018 à 22:05

Nukur Muburund Dufise Ishavuryish

2
Namahinyu 12-07-2018 à 13:48

@Twaje
Hewe sha!
Haje icaduka kikabwira gutema mwenewanyu ukavyemera wumva umubi ari inde? Erega uwutera icumu mwenewabo umutiza umugano!

3
Twaje 11-07-2018 à 14:59

Ababitanze mubabyagihugu baciye bigira mu Bubiligi abandi Rwanda none bwabwiye abobabibaye basanzwe bari Burundi ngo nibabikoreshe ngowuzogikoresha akatubwira koyagikoresheje tuzomuha amahera kandibirya yishe abantu aronkameshi gusumba gukomeretsa, ngabo abantu bashigikiwenu Bubiligi! Wakoroni wantuwabaya saaanana.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha