IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Rumonge : Umuntu umwe yitavye Imana mw’isanganya ry’imodoka

Rumonge : Umuntu umwe yitavye Imana mw’isanganya ry’imodoka

jeudi 11 janvier 2018

Amakuru ava aho mu Kigwena, amenyesha ko iryo sanganya ryabaye inyuma y’umutaga kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 10 Nzero 2018.

Ayo makuru nyene amenyesha ko iyo modoka igiheza kugonga , umukenyezi umwe yaciye yitaba Imana ubwo nyene, mu gihe inka zimwe zapfuye izindi ziravunika.

Bamwe mu begereye ahabereye iryo sanganya mu Kigwena, babwiye ikinyamakuru igihe, ko iryo sanganya ryoba ryavuye ku muvuduko mure mure imodoka yariko igenderako.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.