Rutovu : Umukobwa yicumise imbugita inyuma yo gushaka gucumita uwo bapfa umuhungu.

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 10 février 2018 saa 09:24
Yasomwe :
0 0

Umukobwa yahora yiga kuri Lycee Rutovu mu ntara ya Bururi, yaricumise mu nda akoresheje imbugita kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 9 Ruhuhuma 2018. Amakuru ava kuri Lycee Rutovu, amenyesha ko yicumise inyuma yo gushaka gucumita mugenzi we bapfa umuhungu.

Amakuru ava kuri Lycee Rutovu, amenyesha ko vyose vyatanguye ku munsi w’Imana igenekerezo rya 4 Ruhuhuma 2018, igihe bari bavuye mu misa, aho Diane NIYUBAHWE asanzwe yiga mu mwaka wa 12 yagerageza gucumita mugenziwe babana mu cumba amuhora ko yoba akundana n’umuhungu nawe akunda.

Ayo makuru amaze kumenyekana mu bayobozi b’ishuri rya Lycee Rutovu, baciye bakorana, baca bafata ingingo yo kwirukana burundu uwo munyeshuri Diane NIYUBAHWE, aca afata ingingo yo kwicumita akoresheje imbugita.

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano, amenyesha ko ubu ariko avurirwa muri bimwe mu bitaro vyo mu gisagara ca Bujumbura.


Kumenyekanisha

1
SINDAYIHEBURA FIRMIN 2-03-2018 à 05:24

musengere urwosurukundo namdayimon kandi mumubwireyehane kwatapfuye imana iramukunda

2
Kaka Kamaro 19-02-2018 à 18:30

Icutazi Urabaza Gukund Gezah !

3
MICO 14-02-2018 à 22:56

Sha uwomuhungu niyisubrek yaragaragaj urwamukunda ivyo vyoshobora bake

4
MICO 14-02-2018 à 22:55

Sha uwomuhungu niyisubrek yaragaragaj urwamukunda ivyo vyoshobora bake

5
MICO 14-02-2018 à 22:55

Sha uwomuhungu niyisubrek yaragaragaj urwamukunda ivyo vyoshobora bake

6
MICO 14-02-2018 à 22:55

Sha uwomuhungu niyisubrek yaragaragaj urwamukunda ivyo vyoshobora bake

7
ntizihabose hassan 14-02-2018 à 19:41

niatari abahungu ni beshi cane

8
Dumbuli 12-02-2018 à 21:48

Nyuma muzomurondere aze muhe abahungu mfise benshi azorobanura mugabo aryoherwe. Diane NIYUBAHWE azoze azaronka isinzi yabahung rwose umutumba ugizwe nímiyabaga mugabo

9
666 11-02-2018 à 20:56

ubutaha azinage mu kanyaru cg muri lac-tanganyika

10
666 11-02-2018 à 20:52

ubutaha azinage mu kanyaru cg muri Tanganyika

11
satan 11-02-2018 à 20:50

byari kuba byiza iyo yiyahura

12
ali 11-02-2018 à 20:48

byari kuba byiza iyo yiyahura

13
Nigarura 11-02-2018 à 07:04

Uwo Numurwanizi Yamuteye

14
Nishimwe Christophe 10-02-2018 à 13:32

Andika hano:none Uwomukoawa Aracariho ?Avukahehe Uwomuhungu Nawe Yitwa Gute ?

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha