IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ryansoro: Umutamakazi yishwe hakoreshejwe imbugita

Ryansoro: Umutamakazi yishwe hakoreshejwe imbugita

mardi 19 Nyakanga 2017

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko NTUNGWANAYO Anastasie yishwe nk’igihe c’isaha zitanu kuri uno wa mbere igenekerezo rya 18 Nyakanga 2017 hakoreshejwe imbugita.

Ayo makuru nyene amenyesha ko uwo mutamakazi ashobora kuba yazize amatati y’amatongo canke ayafatiye ku burozi.

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko abantu batatu bari baragiye mu bice yiciwemwo, hamwe n’uwundi yagumye ahiga ko azomwica,bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.