IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > SOS-Torture : Abantu 7 bishwe mu kiringo c’indwi imwe

SOS-Torture : Abantu 7 bishwe mu kiringo c’indwi imwe

lundi 3 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Icegeranyo ca SOS-Torture kivuga ko muri ico kiringo c’indwi imwe, abantu baharurwa muri batandatu aribo bahagaritswe, muribo hakaba harimwo abanywanyi babiri b’umugambwe MSD.

Iryo shirahamwe rivuga ko ubugizi bwa nabi bugizwe n’ubwicanyi bwiyongereye mu ntara ya Cibitoke.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.