IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umukozi w’ishirahamwe SOPRAD yafatanwe inkoho

Umukozi w’ishirahamwe SOPRAD yafatanwe inkoho

lundi 10 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Umukozi w’ishirahamwe SOPRAD yafatanwe inkoho yo mu bwoko bwa Kalashnikov, nk’uko ju giporisi babivuga, akaba yafatiwe ku musozi Bwoga, komine Nyabitsinda, mu ntara ya Ruyigi, kuri uwu wa gatandatu.

Mu giporisi bavuga ko uwo yafashwe azwi kw’izina rya Nimbona Moïse, akaba ari umufundi w’indimo (AGRONOME) mw’ishirahamwe SOPRAD.

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko uwo yafashwe yariko yiyunguruza kw’ipikipiki, afise iyo nkoho yari kumwe n’igikono (Chargeur) c’amasasu yayo.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.