Umuntu atamenyekanye yatowe ikiziga mu Ngagara

Yanditswe na
Kuya 24 mai 2017 saa 12:02
Yasomwe : 14112
0 0

Ikiziga c’umuntu ataramenyekana catowe mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu muri zone ya Ngagara muri karitiye ya gatandatu, hafi ya karitiye Kigobe, ahakorera ishirahamwe REGIDESO.

Ababonye ico kiziga bavuga cari camaze kwononekara, ariko bakavuga batashoboye kumenya uwo muntu.

Ico kiziga gitowe inyuma y’iminsi mike haheze ikindi c’umusore w’imyaka nka 30 catowe muri karitiye ya Kigobe mu gisagara ca Bujumbura, hafi y’ahakorera igiporisi kijejwe imbibe n’ibirere.

Ico kiziga catowe mu muvo w’amazi, bikaboneka ko uwo muntu yoba yishwe akubiswe, kuko yari afise ibimenyetso ku mutwe vy’aho yakubiswe.


Kumenyekanisha

1
FIACRE 25-05-2017 à 10:09

Ntakund gupfa nitwes hagih abagiz banab,bacoz itwar .

2
FIACRE 25-05-2017 à 10:09

Ntakund gupfa nitwes hagih abagiz banab,bacoz itwar .

3
jimi 24-05-2017 à 12:34

komugumamumarana.muribamwe.nahomuryana.iyisi.siyuwo.ahaye.yica.abandi.ahubwo.arihenda.twese.tuzoyisiga.ngaha.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha