Umuntu umwe yahitanwe n’amasasu mw’ishamba rya Rukoko

Yanditswe na
Kuya 15 Rusama 2017 saa 02:40
Yasomwe : 16506
0 0

Umuntu umwe mu bitwaje ibirwanisho yishwe n’inkoho yiwe irafatwa mu masasu yumvikanye ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana mw’ishamba cimeza rya Rukoko. Muri ayo masasu, n’umusirikare umwe w’igihugu yarakomeretse bikomeye.

Ayo masasu yumvikanye yari ay’abasirikare bariko bakizura mw’ishamba cimeza rya Rukoko barasanye n’umurwi n’abantu bitwaje ibirwanisho bahuriye muri iryo shamba.

Umurwi w’abo bantu bahuriye mw’ishamba n’abasirikare b’Uburundi bariko barakizura ntiwamenyekanye.


Kumenyekanisha

1
69384173 15-05-2017 à 16:05

NTAHIMPERA

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha