Lieutenant Colonel Ngendahimana : "Nta muntu abasirikare b’Urwanda barashe"

Yanditswe na IGIHE
Kuya 31 octobre 2016 saa 10:55
Yasomwe : 103320
0 0

Abajejwe intwaro mu ntara ya Kirundo bemeza umunyagihugu w’umurundi azwi kw’izina rya Ramadhan Nzitunga yahora aba muri komine Busoni, intara ya Kirundo yishwe arashwe n’igisirikare c’Urwanda. Ku ruhande rw’Urwanda bariyamiriza ivyo bagirizwa.
Nk’uko bishikirizwa na Marie Claudine Hashazinka, Musitanteri wa Komine Busoni, uwo Ramadhan Nzitunga yariko araroba mu kiyaga Rweru, ari kumwe n’abantu bantu babiri, akaba yarashwe n’abasirikare b’Urwanda kuri uwu wa gatandatu, igihe c’isaha imwe n’iminota (...)

Abajejwe intwaro mu ntara ya Kirundo bemeza umunyagihugu w’umurundi azwi kw’izina rya Ramadhan Nzitunga yahora aba muri komine Busoni, intara ya Kirundo yishwe arashwe n’igisirikare c’Urwanda. Ku ruhande rw’Urwanda bariyamiriza ivyo bagirizwa.

Nk’uko bishikirizwa na Marie Claudine Hashazinka, Musitanteri wa Komine Busoni, uwo Ramadhan Nzitunga yariko araroba mu kiyaga Rweru, ari kumwe n’abantu bantu babiri, akaba yarashwe n’abasirikare b’Urwanda kuri uwu wa gatandatu, igihe c’isaha imwe n’iminota mirongo itatu z’agatondo. Ikiziga c’uwo munyagihugu cakuwe mu kiyaga Rweru n’abaporisi b’Uburundi.

Igisirikare c’Urwanda cahakanye ivyo vyashikirijwe n’abajejwe intwaro mu ntara ya Kirundo. Lieutenant Colonel René Ngendahimana, umuvugizi w’igisirikare c’Urwanda amenyesha ko ivyashikirijwe n’Uburundi bitandukanye n’ukuri.

Mu kiganiro yagiranye na bagenzi bacu bakorera ikinyamakuru IGIHE mu Rwanda, Lieutenant Colonel Ngendahimana yatangaje ko ata muntu ingabo z’Urwanda zigeze zirasa, ahubwo ko zarashe mu kirere kugira abarovyi b’Abarundi bari mu gice kitemerewe kurobwamwo, basigure impamvu bariyo.

Yagize ati : “Nta muntu abasirikare barashe. Hari abantu bagaragaye kuri Rweru ahegereye umupaka w’u Rwanda mu gitondo cyo kuwa Gatandatu. Abasirikare bari bacunze umupaka nkuko bisanzwe, bababonye kuko ari n’ahantu hatemewe kurobwamo, barasa mu kirere bashaka ko bigira hino ngo bababaze icyo bakora mu mazi.”

JPEG - 30.2 ko
Lieutenant Colonel René Ngendahimana, umuvugizi w’igisirikare c’Urwanda

Yabandanije avuga ko ingabo z’Urwanda zarashe mu kirere mu ntumbero yo kwihaniza, maze umwe muri abo barovyi b’Abarundi ava mu bwato arabegera abasigurira impamvu.

“Umwe muri abo ava mu bwato aza asanga abo basirikare aje kwisobanura. Banamusanganye amafi yari yarobye muri ayo mazi ariko andi mato abiri abari bayarimo bibira mu mazi basubira hakurya.”

Ku kibazo c’umunyagihugu w’umurundi wishwe arashwe n’ingabo z’Urwanda, Lieutenant Colonel Ngendahimana yagize ati : “Nta muntu abasirikare bigeze barasa, barashe mu kirere bashaka kubaburira ngo bigire hino kugira ngo bisobanure cyangwa se ngo basubire inyuma. Umwe muri bo araza n’ubu ashobora kuba akiri ku ruhande rwacu. Nta musirikare wigeze arasa umuturage uwo ariwe wese. Ibyo turabimenyereye ni bya bindi bisanzwe biba hakurya hariya.”

Tubibutse ko mu mpera z’ukwezi kw’umunani hari Abarundi babiri bishwe barashwe n’igisirikare c’Urwanda, ku butaka bw’ico gihugu. Abo bantu bari kumwe n’abandi bari bagiye kudandaza umwimbu w’imboga n’intore mu mpisho mu gihugu c’Urwanda.

Abo bishwe n’ico gisirikare c’Urwanda ni Fidèle Niyonkuru w’imyaka 25, hamwe na Jérémie Nyabenda w’imyaka 23.


Kumenyekanisha

1
David 11-11-2016 à 14:36

Ariko hari ibintu bitangaje. Iyo mbona uwo colonel narikumwibariza niba inyuma yo kurasa kw’ingabo z’urwanda niba abo barundi bari mu bwato nabo bararashe maze gurtyo tumenye ko uwo mwenegihugu wacu yishwe na benewabo. None barashe vyovyo ko numva avyemere barashe ubushaza canke amasasu yica ?
Yihenze yarikuvugako uwo murundi yasomye nturi vyo yarikwigovyora bikumvikana.

2
NTARE Shalom 9-11-2016 à 14:31

Akanyaru kokurwaho, frontiere ikavaho, Urwanda n’Uburundi kikaba igihugu kimwe, je mbona ariho Afrika yoba ironse Umutima mwiza, uhereye kuri forme du coeur, gushitsa mbere no mumibereho no kwiteza imbere bikwiye...Capitale nziza yubatse nka za Nairobi canke za Washingtoni, igaca yubakwa hariya mu Bugesera ikaja hakurya no hakuno ya zanzuzi des Grands Lacs, I drapeau nayo igasa nimwe ya Dawidi, Afrika yoba yogoroye, kandi Umwami aganza isi yose yoca atwara araho murico gihugu..... ivyo biri hafi kuba... heheheeeee...

3
bizimana sebasian 9-11-2016 à 06:06

abarundi nduku ndane tureke gutukana nugwanda kuko umubanyi niwe mudyango ibi byose bite gwa naporotike kugira twame tura dyana uwutizeniwe agowe nabavu kana tura dyana tukicana tuva inda imwe sakama ramaza muburundi aba je jwe umutekano nibabi rabe dukundane kuko ugwa nko ntigwubaka rurasa mbura nibarabe aba shinga ntahe nabafasoni babira be kuko muburundi igiporisi igisoda umutekano bara wushoboye nuko arubukene ninzigo turi nde icocose gihu nga banya umutekano ngahi hwacu muburundi nabamarayi ka badu fashe kurinda amahoro nimana yomwijuru uburundi ntikube irangi dyamaraso twakoziki kumana cotuma tudaku ndana tureke ubusazi uwuborewe adyame kuko tuvuga yamuhe beshi kuberi nzoga twihanure ndanabaramuca pore kuwuyafuye nugwa nda ntirudute mukaga nirureke ibibi dwanda =burundi turibamw ?kumana ntanyungu yukwi cana

4
erik 6-11-2016 à 22:44

emwe muri inkoz zikibi kandi nikuva imyaka abanyarwanda mwanye mukora ikibi urumva natwe abanyarwanda dukwiye kubatuza muburundi uraz nukuntu abanyagwanda bagayana

5
erik 6-11-2016 à 22:43

emwe muri inkoz zikibi kandi nikuva imyaka abanyarwanda mwanye mukora ikibi urumva natwe abanyarwanda dukwiye kubatuza muburundi uraz nukuntu abanyagwanda bagayana

6
mutwicarabami 5-11-2016 à 20:06

Umwani mwambutsa yabaji umwami rudahigwa ati kucyi urwanda ababirigi bavuga ngo rwanda urundi umwami rudahigwa aramubwira ati oya reka noneho tujye tuvuga ngo Urundi Rwanda hhhh mwambutsa ati hewe rekeraho atagira ubyumva reka bigume uko byahoro !! mureke rero abo bavuga ko bazatumesa buzirugira urundi rwanda

7
Souavis 4-11-2016 à 22:14

Ahubw Abarund Dusigay Dufis Umutim Wubukok Nitwebw Twiyicanir Hagat Yacu. Anyarwand Bogir Kuduh Indar Nuk Botwic

8
###### 4-11-2016 à 20:54

abanyarwanda muri mbwa imihimbiri imisega amavyi,tuzobereka ubudasa mwese tuzoca tubamare,mwambwa zabatutsi !!!

9
UMURUNDI 3-11-2016 à 18:19

Ego muratunze ni vyiza.mugabo urya yarashe ntazosubire kuko si mwese mwamurashe

10
n 3-11-2016 à 09:43

umunwa wo murahugira, ibigambo gusa

11
Proud to be rwandan 3-11-2016 à 09:01

Abarundi mu bigambo mbahaye 100/100 Ariko mu bikorwa 0/% , ngo muzamesa u Rwanda abo biyita ba zuru birirwa batukanira hirya ya kanyaru. Muzabanze mumese uwo mujyi wanyu wuzuye umwanda nizo plage zanyu mwitumaho. Mumese kwirirwa munywa ibiyeri mwubake igihugu cyanyu cyamunzwe na ruswa. Naho ubundi RDI Ni gisirikare kiyubashye nticyakwandavura. Gusa byobyo iyo uvogereye ukaza guhungabanya umutekano byo byo simbahishe kigukubita izakabwana. Zouru u Rwanda rwarabasize Kure kubera irondakoko mukivurugutamo . Mu bukungu, mu buzima, mu mibereho myiza, mu bikorwa remezo mu gisirikare ndabarahiye kuzatugeraho bizabagora nimutava mu matiku ngo mukore. Narangiza mvuga nti Abarundi bumutima turi abavandimwe

12
2h 2-11-2016 à 11:36

Birababaje kumva nyakubahwa Colonel afise amabanga akomeye yo gukingira no kurokora inzira karengane ...aterekana na gato akababaro..kuri .kuriya muntu...yishwe..naho..bataba ari abasirikare be...Ariko si ibisanzwe...kuko ubuzima bw’umuntu bw ’ aratakaye...

13
hassy 2-11-2016 à 10:58

Ibyo si ibisanzwe ko umuntu yarahasize ubuzima Mr.colonel.

14
alia 1er-11-2016 à 23:36

haaaaa haaaaa ngo muzo mumesa kagame ? none ko mutanyarutsa !!

15
RWASA 1er-11-2016 à 20:57

ABA NYAGWANDA NIMBWA

16
turaje 1er-11-2016 à 20:50

twababwiye ko u Rwanda tutazi kuvuga amagambo menshi cg kwirirwa dusakuza ahubwo ibikorwa birivugira nundi wese uzasomborotsa u Rwanda azakabona

17
Eric Nduwimana 1er-11-2016 à 15:44

Nivyo Kayemwe ?

18
Sabumukama Prudence 1er-11-2016 à 13:20

Nukwihangana’kuko ?Abobafashe Badahanwa urwanda rwo ntimurubeshere nikinyoma

19
FNL 1er-11-2016 à 09:46

Jewe murantwenza ngo u Burundi bworwana n’U Rwanda,amahera ya bourse muri Kaminuza y’u Burundi yakuweko,leta ntiihemba abasoda, umupfu ntiyinukira kweli,ujinga mzigo

20
kana 1er-11-2016 à 08:10

Ntabwo muri maso ahubwo muri umunwa gusa gusa

1 | 2 | 3
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha