Umuryango wa Adjudant Eddy Claude NYONGERA nturabona ikiziga ciwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 20 septembre 2016 saa 10:25
Yasomwe : 65718
0 0

Incuti n’umuryango wa Adjudant Eddy Claude NYONGERA nturashobora kubona ikiziga c’uwo musirikare. Bamenyesha ko batarahabwa igipapuro (Attestation de décès) cemeza ko Adjudant Eddy Claude NYONGERA yapfiriye mw’igendereza ry’Uburundi.
Ico gipapuro cotanzwe n’igendereza ry’Uburundi, kikaba arico umuryango wa Adjudant NYONGERA wokwerekana kugira uhabwe ikiziga ciwe kiri mu buruhukiro.
Igiporisi c’Uburundi camenyesheje ko umusirikare w’igisongerezi (Sous-Officier), Adjudant Eddy Claude NYONGERA yitavye (...)

Incuti n’umuryango wa Adjudant Eddy Claude NYONGERA nturashobora kubona ikiziga c’uwo musirikare. Bamenyesha ko batarahabwa igipapuro (Attestation de décès) cemeza ko Adjudant Eddy Claude NYONGERA yapfiriye mw’igendereza ry’Uburundi.

Ico gipapuro cotanzwe n’igendereza ry’Uburundi, kikaba arico umuryango wa Adjudant NYONGERA wokwerekana kugira uhabwe ikiziga ciwe kiri mu buruhukiro.

Igiporisi c’Uburundi camenyesheje ko umusirikare w’igisongerezi (Sous-Officier), Adjudant Eddy Claude NYONGERA yitavye Imana ku muhingamo wo ku munsi wa gatatu igenekerezo rya 14 Nyakanga 2016, apfiriye ahakorera igendereza mu gisagara ca Bujumbura. Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko uwo musirikare yiyahuye akoresheje gerenade.

JPEG - 37.4 ko
Adjudant NYONGERA Claude yapfiriye ahakorera igendereza ry’Uburundi, i Bujumbura

Adjudant NYONGERA Eddy Claude yari yafashwe mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu yagirizwa uguhungabanya umutekano w’igihugu. OP1 Pierre NKURIKIYE umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi arasigura uko vyagenze.

"Hari igihe c’isaha icenda n’iminota mirongo itatu aho umusirikare w’igisongerezi (Sous-Officier) yitwa Adjudant NYONGERA Eddy Claude asanzwe akora mu biro bikuru vy’igisirikare yiyahura akoresheje gerenade. Uwo musirikare yari yafashwe uno munsi mu gatondo, akaba yariko arabarizwa aha mu biro bikuru vy’igendereza ku vyaha bijanye n’uguhungabanya umutekano w’igihugu."

"Yiyahuye bahejeje kumubaza"

Mu gihe inyamiramabi (OPJ) zibiri zari zihejeje kumubaza, Adjudant Eddy NYONGERA Claude yateye umukono ku cegeranyo c’ivyo yabajijwe (procès verbal), aca ariyahura nk’uko vyemezwa na OP1 Pierre NKURIKIYE.

"Niho rero bahejeje kumubaza, yahenda umu OPJ yari ahejeje kumubaza, y’uko yomureka agasohoka hanze gato, ko hari ico yibagiye kubwira umu OPJ yari yabanje kumwumviriza ubwa mbere. Niho yaca ashika mu kindi cumba, aca atora gerenade muri arya magerenade baba bafatanye inkozi z’ikibi. Baca baramubona ko ayitoye, baragerageza kurwana nawe kugira bayimwake, ariko yaciye ayugurura. Bamaze kwumva ko igira iturike bahavuye baca biruka ica iraturika ihitana ubuzima bwiwe."

Adjudant NYONGERA Eddy Claude yaba muri zone ya Buterere, mu komine Ntahangwa, mu gisagara ca Bujumbura, akaba yakorera mu biro bikuru vya gisirikare (Etat-Major).


Kumenyekanisha

1
Kanuma 26-09-2016 à 22:22

Abahutububu Turincabwengewangu Sibwabuhwidiribwakera Bumwe Umututsi Yashorera Nkubuhutu Cumi Ubudusigaye Incabwenge Kandimuragowe Nitwetubatwara Kugezatwigombey Kubahanamwe Mwabijujumwe Mwiboneye Ndadaye Nubuhwidir Bwiw Muibazango Na Pita Nabiw Nikotumez Twehosha Cirabirarurawangu Tuzobatwarakugeza AlaFin

2
Kanuma 26-09-2016 à 22:21

Abahutububu Turincabwengewangu Sibwabuhwidiribwakera Bumwe Umututsi Yashorera Nkubuhutu Cumi Ubudusigaye Incabwenge Kandimuragowe Nitwetubatwara Kugezatwigombey Kubahanamwe Mwabijujumwe Mwiboneye Ndadaye Nubuhwidir Bwiw Muibazango Na Pita Nabiw Nikotumez Twehosha Cirabirarurawangu Tuzobatwarakugeza AlaFin

3
JJ NS 23-09-2016 à 20:47

NIMUREKE KWICA ABO BATUTSI MUBAHORA UBUSA

4
kimonyo 21-09-2016 à 20:50

mwishe kera mwagiye mwica gwungegre

5
jonas 21-09-2016 à 15:27

Icishe uwomusoda mweho mugira mukimenye !! Atanamatohozarinzwe gukorwa ?? Kondadaye yishwe gen nshimirimana akicwa abanyeshure bibuta bakicwa umukuruwibiro bikuru vyagisirikare agahakwa lvyotwobiharura mumugambi witwangwiki ?? Rekakuba mumenyera Cukor et abandon gens ngon’uko mutavugarumwe ikirengeye vyose turabarundi. Gusa muburundi turinikibazo capolitique ntituzokivamwo twagirijabandi amahonyabwoko nabomuvyagirizabeshi bubatse nabobadasangiyubwoko. Tureke kwiyambikibara abarundi ntidufatabandi nkinyamaswa nukuri kuzojahabona gusa birababaje.

6
Ndaribone 21-09-2016 à 13:47

Reka abo ba DD bice basubire bice aba exces FAB ,Ariko mwibike ko les FAR ( Forces Armées Rndaises) Ntimwabasumvya inguvu mugabo ni bo FDLR actuel bapfuye biruka nka Gahini .Namwe muzopfa mwiruka nka Gahini na kare yarabavumye RUHUNA.Ivyo mwimirije kubona bisumba ivyo HAVYARIMANA na Mobutu babonye mwa ntumva mwe !!!!

7
RAJABU 21-09-2016 à 08:18

BIRABABAJE KOKO IMANANIYO IZABIKORA

8
vivi 20-09-2016 à 17:59

banzamureke mpakabosebomotse ubu umugambiwatowe nukubabika abotuzomesabose

9
willynshimirimana 20-09-2016 à 17:13

nikobiri nimwihangane natwe twabuze beshi

10
VYIMANA PROSPER 20-09-2016 à 16:37

IVYO MUBURUNDI NTAKUNT NIBAPF BAZOBAHUMIRA

11
Alain Nyabenda 20-09-2016 à 16:18

Erega bamwishe kabiri. None ko Si nkurikiye yitanganije kuvugira snr kdi atariwe yarabijejwe, yibaza ko ariko akingera ikibaba Steve ? Batinya gusinya attestation de décès ?Et pourtant yapfiriye mwiperereza yishwe nakagwi gakorera Nkurunziza muri wamugambi wa kamwe kamwe. Aba ex-fab hari akarwi gafise umugambi wokubakerera kamwe kamwe. Muvyemera canke mubihakana iyo ni genocide. Mbe baratuza yama ariko adefendant mugisoda ubu ari hehe ?Ururimi rwaragovye. Ba ex-fab ntimworohewe kdi uburorero ntibubuze.

12
mukombozi 20-09-2016 à 15:39

Ngira ashaka kumugirako noel nkurunziza na mukiwe

13
Mob 20-09-2016 à 15:32

Abo bapolisi barabeshya nibo bamwishe,iyo ashaka kwiyahura yari gufata grenades 2,iya mbere akayitera neza izo nkozi zikibi zaba polisi hanyuma iya kabiri akayitera akaba akoze mission yakigabo

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha