Umushikirizamanza mukuru wa Rumonge yatewe n’umuntu amusanze mu biro

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 7 Nyakanga 2017 saa 04:58
Yasomwe : 19548
0 0

Umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika mu ntara ya Rumonge yahatswe kugandagurwa n’umuntu yamusanze mu biro vyiwe yitwaje imbugita. Uwo muntu yateshejwe n’abaporisi bacungera umutekano w’uwo mushikirizamanza.

Amakuru dukura kuri Parake nkuru y’intara ya Rumonge amenyesha ko uwo yagira agandagure umushikirizamanza mukuru mu ntara ya Rumonge ari umuporisi.

Uwo muporisi yafashwe, bikaba bitegekanijwe ko acirirwa urubanza rw’ikibiriraho.


Kumenyekanisha

1
Jean Claude 8-09-2017 à 10:57

Nibarunyarutse kuko ibara ryagire rigwa kabisa

2
nephtalie 8-09-2017 à 08:29

Nibarunyarutse cane bamucire urwo bikwiranye hanyuma bitonde bamubaze icatumye ashaka kwica uwo umutegetsi kumbure hoba hariho n’abandi binyegeje inyuma y’ubwo bubisha.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha