IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umushingwamanza Ladislas NDAYIRAGIJE yaraye ijoro rya mbere mw’iperereza

Umushingwamanza Ladislas NDAYIRAGIJE yaraye ijoro rya mbere mw’iperereza

jeudi 29 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko uwo mushingwamanza yagirizwa ugushaka guhungabanya umutekano w’igihugu.

Nk’uko bibandanya bivugwa n’igiporisi, umushingwamanza Ladislas NDAYIRAGIJE yagirizwa ko ariwe arondera abaja mu mirwi irwana mu gihugu ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo. Mu giporisi bamenyesha ko yavuzwe n’abamaze gufatwa, ubu bapfunzwe.

JPEG - 39 ko
Umushingwamanza Ladislas NDAYIRAGIJE

Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.