Ngozi : Umutamakazi w’imyaka 83 yishwe akerewe

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 27 Gitugutu 2017 saa 11:00
Yasomwe : 7695
0 0

NGENZIRABONA Leocadie, umutamakazi w’imyaka 83 yahora aba ku musozi Kibuye, komine Kiremba, intara ya Ngozi, yishwe akerewe n’umupanga. Uwakoze ubwo bwicanyi ni umugabo azwi kw’izina rya MACUMI Frederic bivugwa ko afise ingwara yo mu mutwe.

Inyuma y’igandagurwa ry’uwo mutamakazi, abanyagihugu batwawe n’ishavu, bakubita uwo mugabo yari ahejeje gusesa amaraso y’uwo mutamakazi.

Uwo MACUMI Frederic akaba ariko avurirwa mu bitaro vy’i Kiremba, kubera amahiri yakubiswe n’abanyagihugu.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha