Umutekano wasubiriye guhungabana ku musozi Rugari

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 9 Ndamukiza 2018 saa 08:37
38295
0 0

Umutekano wasubiriye guhungabana mu ntara ya Gitega, ahatewe igisasu ntezwantoke (Grenade), mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatandatu.

Iyo Gerenade yatewe nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro ntaco yononye, nk’uko vyemezwa n’abajejwe intwaro. Umuntu umwe yikekwa ko ariwe yayiteye akaba yafashwe n’igiporisi ku mvo z’amatohoza.

Mwomenya ko iyo gerenade igize kabiri itewe kuri uwo musozi wa Rugari, mu ntara ya Gitega, mu kiringo c’iminsi idashika indwi.


Kumenyekanisha

1
Nzeyimana Lievin 29-05-2018 à 13:12

Ivyikigihe Namabanga! Mbegayemwe Rwasa Agatho Ntamwakanumwe Azemera Gushira Ahabenegihu Bashize Atarinze Kwitura Ubutungane?, Yemwe Nzobandora!!.

2
Habarugira Marc 11-04-2018 à 18:14

Mbega Ko barekura Abapfunzwe Batabanje Kubahana Bakabahasha .Mbega Ntibotorera Mugasho? Canke Badatoye Amajwi Ntiyoboneka? Mubandi Turetse Abapfunzwe?.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha