IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umwana w’imyaka indwi yapfuye aguweko n’inzu

Umwana w’imyaka indwi yapfuye aguweko n’inzu

lundi 9 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Uwo mwana yaguweko n’inzu nk’igihe c’isaha cumi z’umuhingamo wo kuri uwu w’Imana.

Abandi bantu batatu nabo nyene bari muri iyo nzu barakomeretse, bakaba bariko bavurirwa kw’ivuriro rya Mugongo, nk’uko bivugwa n’igiporisi c’Uburundi.

Abandi bantu bane nabo bakomeretse bikomeye nabo nyene baguweko n’inzu ku musozi Nyambuye, zone Nyambuye, komine Isale, intara ya Bujumbura bita "Rural".

Iyo nzu yasenyutse ni iy’uwitwa Nduwayezu Yves, akaba yaciye akomereka, n’umugore wiwe hamwe n’abana babiri.

Abo bane bakomeretse bariko bavurirwa kw’ivuriro rya Gishingano.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.