IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Yamenyekanye cane kubera gusa n’umukinyi Lionel Messi

Yamenyekanye cane kubera gusa n’umukinyi Lionel Messi

vendredi 11 Myandagaro 2017

Kuva amenye ko asa na Lionel Messi, Reza Parastesh w’imyaka 25 y’amavuka ,yagerageje gukora ivyo Lionel Messi akora haba mu gukora imishatsi kugira ishush yiwe niya Messi bise neza.

Reza Parastesh amenyesha ko anezerwa cane no kuba asa na Lionel messi, kandi bikamuha inguvu bitumwe nuko abantu benshi bamutangarira cane iyo bamubonye.

Naho birimwo umunezero gusa n’umukinyi rurangiranwa nka Lionel Messi,Reza Parastesh yarigeze gufatwa n’igiporisi kubera habaye akaguma mu gisagara ca Hamadan, mu gihe abantu benshi barondera kwifotozanya nawe.

Ubu aramaze kuronderwa n’ibinyamakuru vyinshi kugira bimugireko ibiganiro.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.